Aho mubona ni mugihugu kibanyi ca Tanzanie aho ngo hahiye inzu niniya kandi cane yari mubwoko bwa Etage
Bivugwa ko iyo nzu yarangurigwamwo ibikogwa vyishi cane cane ngo harimwo imashine nyishi(ordinateurs) zitari nkeyi
Uwo muriro biravugwa yuko waturutse kudutsinga tw'amatara twakoranyeko bimwe twita mugifaransa court circuit
Rero ngo ababibonye bavuga yuko atamuntu yabikomerekeyemwo kandi bagerageje gutabara barabura
Musomyi wewe ibi bintu ubona hagiyemwo gufyina kwabenegihugu?
Tags
Inkuru