Gitaza:umusozi wamanyutsemwo kabiri abantu barapfa inzu zirabomoka

 


Ibintu bitari bike vyaraye vyononekaye aho umusozi wo ku mutumba #Gabaniro, zone #Gitaza, komine #Muhuta, intara ya #Rumonge waraye winyonze.

🕳️Ibimaze kumenyekana ni:

- Umwana umwe w'imyaka ine yaraye apfuye,

- Amazu yababa amajana ane arasambuka, hamwe n'amazi y'umugambi #KirasaEnergy.

- Abantu 2485 barahunze kuko amazu yabo yasambutse.

🕳️Uwo musozi wanyereye mw'ijoro ry'uwu wa gatanu rishira uwa gatandatu igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2024.

🕳️inkomoko y'inkuru #newlevel

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact