Umu pasiteri yitwa Disimasi yagonze inzoka yari yatezwe na mukase na muramuwe

 Yagomba afate urugendo niko kugenda ageze munzira abona inzoka niniya maze arayibona yamwitambitse imbere ace yumva ijwi rimubariye at iyonzoka yigonge kumutwe maze abikora nkuko abitegetswe arayigonga.

Nuko amaze kuyigonga mukase na muramuwe bari basigaye muhira batangura kumeneka umutwe(urabarya).

Niko gutangura bahera aho bakoma induru bavuga ati tubabarire ntituzosubira abantu bari aho hafi niko kuhashika bumvise induru baza kuraba ibibaye basanga mukase na muramuwe wa Pasiteri Disimasi bariko baratakamba basaba ikigongwe kubera kumeneka umutwe.

Disimasi ahashitse bace bamubwira ati tubabarire nitwe twari twaguteze irya nzoka wagonze kugira upfe.

Nawe nkumuntu yari yarakiye agakiza yarabasengeye atitaye kucaha bamukoreye maze barakira.

Musomyi nawe iyinkuru namba igukoze kumutima gira akajambo uvuze.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact