Wizkid aryamanye na Rihanna ndetse na Shakira

 ⚫🚨 Iyinkuru narinase kuyibaha , ariko kibwuko ikomeje kuba kimomo kwisi Yose sinovyihanganira 😍✊ 

Umuririmvyi WizKid womugihugu ca Nigeria 🇳🇬 kwigenekerezo rya 31/01/2024 niho Yari yatangaje abicishije kurubuga rwiwe Rwa Instagram  avugako 

 indoto ziwe ko azoronka amahoro abonye   Rihanna 🇺🇸 ndetse na Shakira 🇺🇸 kugitanda ciwe , baryamanye 😍✊ (munyumvire nkizo nzozi 😍) 

Iyinkuru Ubwo Wiz Kid 🇳🇬 yayitangaza , ntakimenyeshamakuru nakimwe cayivuzeko , gusa mwino misi , niyo nkuru iriko iragarukwako  caaaane Haba muri Nigeria ndetse nomuri Amerika . 

Mbega vyahora bishika umuntu akipfuza kuzoryamana nabantu runaka ??? Vyarakomeye 😍✊ 




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact