❌ Fake News❗ He's Still Alive.
🤦🏿 Mugihe Abel Nduwayo Burundi akitswe n'amagara hari abansi b'ivyiza bakomeje kumwimbira icobo kandi agihema.😔😡/ 🤷🏾 "Imanga ntimarira Imana" ivyo wipfuriza mugenzawe Imana irabibona.
🙏🏿 Abel Nduwayo Burundi Shikama ukomere . Ukuboko kw'Imana si kugufi ngo kunanirwe no kugukiza.
Tags
Amakuru