Bubanza habonetse umugabo atunze inzoka zirenga 10 munzu iwiwe


 Bubanza habonetse umugabo atunze inzoka zirenga 10 munzu iwiwe akaba asigurako yatanguye gutunga inzoka imwe gusa guhera muri 2007 hakaba haheze imyaka 17 atunze inzoka atamuntu numwe abizi yuko azitunze .

Igitangaje nuko atanazitinya aziterura atabwoba afise ,ikibazo abantu baguma bibaza ati:nukumenyerana vya cane canke nibitego yazisizeko ?wewe wobitahura gute?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact