Africa celebrates Award yatashe mu Burundi inyuma y'imyaka cumi ija mu bindi bihugu



Mu gihe kumuhingamo wo k'umunsi w'ejo wa gatanu igenekerezo 27 /10/2023 haba ibirori vy'isabukuru ya "Africa Celebrates " , Uburundi bwaraye buronse ikibanza ca mbere muri ivyo birori vyariko bibera mu gihugu ca Ethiopia.

 Umurwi "Troupe Amagaba " ukaba ariwo wari waserukiye Igihugu c'Uburundi.

Mu birori Africa Celebrates vyariko bibera mu gihugu ca Ethiopie, Uburundi akaba aribwo bwatahukanye agashimwe k'ukuntu baryoheje ivyo birori.

🇧🇮Uburundi bukaba bwari buserukiwe n'umurwi Ndangakaranga Amagaba, umuririmvyikazi Esther Nish, hamwe n'ishirahamwe ryambika abantu Sama the brand.

Mur'ivyo birori uwuserukira Uburundi muri Ethiopie Amb. Willy Nyamitwe yari yishikiye gushigikira ivyo birori hamwe n'abaserukiye Uburundi.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact