Akajembegete murwanda umuririmvyi babo n'a maman wiwe basomana

Umuririmvyi Babo na Mama wiwe basomana

akajembegete ku mbuga  ngurukanabumenyi abantu ntibabibona kumwe ivyo gusomana kw'umuririmvyi Babo, aheruka mu Burundi mu giteramo ca The Ben 



mugihugu kibanyi c'urwanda umuririmyi azwi kwizina babo hagaragaye amasanamu ariko asomana na maman wiwe kumbuga ngurukana bumenyi n'inkuru iriko niteza uruhagarara mugihugu c'urwanda aho bamwe babivuzeko amajambo menshi ndetse bakavugako biteye isoni ndetse binamaramaje cane nkuko nawe uvyibonera . 

Mwe mubivuzeko iki? Nurukundo rwinshi canke?

musomyi muhire wewe gusomana numuvyeyi wawe harikosa ubibonamwo tanga impanuro canke iiciyumviro cawe muri commentaire




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact