Maroc :Imyigaragamvyo idasanzwe Maroc nayo yemejeko irinyuma ya Palestine Ndetse biteguye gufashanya mukwikurako Israël

 

Abanyagihugu ba Maroc munyiterekano






Intambara ya Isiraheli na Hamas: Abanyamaroc berekanye ko bashigikiye Palesitine. Ku w'imana abantu ibihumbi icumi bagiye mu mabarabara ya Rabat, kumurwa mukuru wa Maroc, muntumbero yo gushigikira Abanyapalestine mu rwego rwo guhangana hagati ya Hamas na Isiraheli. Iyi myigaragamvyo, .Ati: "murugendo rw'abanyagihugu ba Maroc ni rwo rugaragaza ibimenyetso ko bashyigikiye  Palesitine ndetse n'ugufatanya nabo mu kurwanira ubutwari.

 Uru rugendo(imyiterekano)  rugaragaza ko Maroc yanka umubano usanzwe hagati  ya Isiraheli n'a Palestine kandi yanka n'ubutegetsi bw'abaziyoniste, bityo bishimangira ubwitange bukomeye ku mpamvu za Palesitine, ”ibi bikaba vyavuzwe na Abderrahim Chikhi, aharanira inyungu za Maroc.

 Muri Isiraheli abantu barenga 1.400, cane cane abasivili, bishwe muri Isiraheli kuva igitero cya Hamas cyo ku ya 7 zuk'icumi. Mugihe  mukwihorera Isiraheli yateje  bakica abarenga 2000 muri Gaza.

 Agace ka Palesitine kugarijwe n’igitero c’ubutaka n’ingabo za Isiraheli. Maroc ngo:" turi hano kugira ngo tugaragaze ubufatanye, turashaka amahoro, turashaka ko imiryango mpuzamahanga yemeza ko abaturage ba Palesitine basubizwa uburenganzira bwabo kandi turasaba kandi igihugu cya Maroc ko tudashaka umubano na Leta y'abaziyoniste. ", Nabila Mounib, umunyapolitiki wa Maroc. 

Inkomoko yinkuru: Africanews

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact