Ingwara itangaje kandi iteye ubwoba itaramenyekana igeramiye ubuzima bwuyu mwana

Raba nawe birababaje 


FASHA NIMBUZI K'UBUZIMA BUHINDUKA

📌Uno mwana nkuko mu mubona ndumwana arwariye ingwara itangaje. 

🔹 Yatanguye Avyimba mu maso bukebuke biratinda birakomera kugeza yaho amera nkuko mu mubona ubu tuvugana ari mu bitaro vya CMCK ariko nubwo biruko abaganga basavye umuryango wuwo mwana ko borondera imiriyoni zibiri (2.000.000fbu) kugira uwomwana akorerwe Operation 

🔸Ariko nubwo biruko ayo mafaranga uwo muryango wavuzeko udashobora kuyaronka nuko barasaba umuntu wese afise umutima wo gufasha vyukuri 2millions ninkeyi kubuzima bw umuntu turasavye abagira neza bafashe kino kibondo kivurwe 

Inkuru yose yisome : fyonda aha

Nimba ufise umutima wogufasha nahawe rero ushobora kumufasha muburyo bitandukanye imana yoguhezagira 

Ushaka kumufasha numéro ushobora gucako niyi : +257 68 81 11 16

1. Uruterefona kuko ntazi kwandika

2., WhatsApp niyonyene

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact