Inkuba ihejeje gukubita abantu 13 mu Gatumba, 2 muri bo bacikanye



 Aho ni kuri uyu wa 25/10/2023 ku mutumba wa Warubondo muri zone Gatumba, mu ntara ya Bujumbura. Inkuba yakubise abarimyi bo mu mirima y'ahitwa "Mu bito" igihe bari bugamye munsi y'igiti.

 Nk'uko bimenyeshwa n'umukuru wa zone Gatumba, abasirikare, babimenyeshweje n'umwenegihugu, banyarukiye aho hantu, kugira batabare abo barimyi. 11 bajanywe ku bitaro, abandi 2 baracikana

 inkuba igize igihe yiha inkumbi Ndetse nimuntara ya makamba hakaba hahrutse gupfa umugore n'umugabo iyonkuru yose uyisanga ngaha :

Basomyi bahire ubona izonkuba ziterwa Niki ? Iyo nukuri uyakiriye gute?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact