Irabire ibirori vyaranze itangwa rya ballon d'or 2023 Messi yatanagaje benshi



Mu birori vyo gutanga umupira w'inzahabu(Ballon d'or) vyabereye ku mugwa mukuru paris mu gihugu c'Ubufaransa, umukinyi Lionel Messi niwe yatahukanye umupira w'inzahabu(Ballon d'or) 2023 ku ncuro ya 8 ku rwego rw'abagabo. Abandi bakinyi batahanye agashimwe inyuma ya Lionel Messi ni: Haaland akinira umugwi Mancester City hamwe na KilianMbappé akinira umugwi wa Paris Saint Germain. 

Ku ruhande rw'abigeme naho, umukinyi Aitana Bonmatí niwe yatahukanye uwo mupira w'inzahabu(Ballon d'or) 2023 ku ruhande rw'abigeme asanzwe akinira umugwi FC Barcelona y'abigeme.

🏆Itangwa ry'ubushimwe ku bakinyi bigenjeje neza mu nkino z'umupira w'amaguru mu buraya mwaryakiriye gute?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact