Kabezi Isanganya riteye ubwoba riturutse kumodoka zagonganye Imodoka



Isanganya rikomeye cane riteye ubwoba rihejeje kuba mukabezi .

Ni isanganya rihejeje kubera mukabezi muma 19h imbere yaho bita kuryumwakaka,imodoka yari ivuye murumonge iri mubwoko bwa coisteur coisteur yuzuye abantu hamwe niyindimodoka ya getra,isanganya ukwo ryangenze ntawurabimenya Kuko harimw'ijoro ariko twagiye dusa coisteur iryamye kumodoka ya Getra hariyo abantu minsi ,bamwe bavunaguritse abandi bakomeretse bikomeye abantu bagera kuri25 bakomeretse abandi 5 Nibo bababaye cane,ariko baciye batabarizwa Bosee Ubu bari kuri hôpital mukabezi .

Amafoto:

















Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact