Kenya : Umukobwa akomeje kurizwa n’ubwiza bw’abapadiri bagaragaye bari mumodoka imwe avuga ko bomubera abagabo

 

N’ubwo baba barihebeye Imana ariko ntabwo bikuraho ko bakundwa ndetse bakagaragara neza mu masomo y’abakobwa.

Muri Kenya hagaragaye  abapatiri bavugishije abakobwa benshi kimwe n’uwo muri Afurika y’Epfo aherutse kugaragara ari gutamba

Kuri TikTok hagaragajwe amashusho y’abagabo bihebeye Imana bazwi nk’Abapatiri , bari mu makanzu yabo gusa bicaye hamwe , maze umukobwa yabonye aya mashusho yatangajwe n’ubwiza bw’aba bagabo bihebeye Imana , aravuga ngo burya Imana yahisemo abeza abaribo isaba kuyikorera ngo na cane ko yabuze umugabo mwiza yohura n’ivyifuzo vyiwe ngo amugire umugore.Mu mashusho yashizwe hanze n’uwitwa Wanjiku anyuze kuri TikTok, yafashe aba bagabo bari hamwe,maze nyuma yayo uyu mukobwa nawe agira ico ayavugako agira ati:

”Urabona Imana yafashe abagabo beza ibahitamwo ngo bayikorere.Mwabantu mwe ntabwo musanzwe nimba Imana yarahisemo aba bagabo beza ngo aribo babaha Isakaramentu.Uziko umuntu yobitiranya akabita Daddy aho kubita padiri ?. Ariko nanone , turashima Imana kubw’abo yahisemo kuturekera”.Aya mashusho yatangaje benshi kubera uyu mukobwa yavuga ko yabonye abapadiri beza.Umwe mubasore barevye aya mashusho y’uyu mukobwa witwa Alex Mwaura , yagize ati:”Dore ndacahari, ngwino umpitemwo nanje ntaraba padiri, ugatangira kumira amazi.Rwose niteguye kukwakira”.

Uwiyise Eunice we yagize ati:”Impamvu nkiri jenyene (Single), ni uko umugabo wanje yabaye umupadiri”.Sherry ati:” Ese yemwe aba ni abapadiri ? Nyamara babera abavyeyi abana banje”. Angela ati:”Aba ni abagabo ni abagabo bacu bagiye”.Uwitwa Nasha ati:”Iyi Kiliziya iherereye he , ndashaka kuba umudiyakoni hano ”. Habuze amajambo menshi nayo tutoshobora kubasangiza

Papa karabo






Iyi nkuru irasa neza n’indi y’umupadiri wo muri Afurika y’Epfo witwa Papa Karabo.Uyu mu padiri yagaragajwe mu mashusho arimo kuvyina indirimbo zisanzwe maze abakobwa bamubonye baravya indimi, bavuga ko bazaba Perezida William Ruto akabatumira kuzaza kubabwiriza ubutumwa abandi bavuga ko bazoja muri Afurika y’Epfo guteranirayo.Uko gukunda abapadiri kw’abakobwa bo muri Kenya , baguhuriyeko n’abandi bakobwa bahandi mwibukeko mu Rwanda hari inkuru y’Umufureri uherutse gushirwa mwitangazamakuru ari kumwe n’umukobwa bakoranye umurimo wo kwihebera Imana bikavugwa ko bakundanye nubu ngo Bari mukugira mariage iyo nkuru uyisanga nagaha:

Umufurera n'umubikira bagiye kubana bahevye kwihebera Imana bahitamwo kurongorana .

Isoko: Tuko na Gafla


2 Commentaires

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact