Kirundo: Umukenyezi yibungenze yaritavye imana abandi 30 barababara cane bakubiswe ninkuba



📍 Ivyo vyabaye kuri uyu wa 28/10/2023 ku mutumba wa Rugero 1 muri komine n'intara ya Kirundo. Uwo mukenyezi yari yibungenze amaze gukubitwa n'inkuba yaciye acikana aho nyene

🎙️ Mu gisagara ca Kirundo bivugwako abandi batatu barikumwe n'uwo mukenyezi barwariye mu bitaro vyo mu Kirundo

⛈️ Mu ntara zo mu buraruko hakaba hamaze gukubitwa n'inkuba abantu 16, umwe akaba ariwe yitavye Imana abandi 15 barakomereka aho ni mu kiringo c'indwi imwe gusa

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact