Uku Niko ingabo z'igihugu cavukiyemwo Umwana w'imana Israël zaraye zigize igisagara ca GAZA gisanzwe kibamwo Abanya Palestine

 


Kugeza Ubu Abantu bagera Ku 1200 baramaze kwitaba Imana, Benshi muribo n'abana bakiri Bato .

Mbega iyi ntambara iraherera hehe? Ibi bintu birambabaza imana cane . Ukwihorera nibimwe mubintu .

 Igisirikare ca Israël kivugako ibitero vyindege bibandanya  mukarere ka Gaza  bismfise intumbero  yogusambura urusobekerane rwimyobo Hamas ibamwo  iyo myobo Hamas imaze imyaka 50 ikoreramwo ibikorwa vyayo

Jonathan conricus ,umuvugizi w'igisirikàre ca Israël  avuga ati  '' Gaza  igice kimwe nicaba nyagihugu ikindi ngo  kigizwe na hamas , kuva Hamas ufashe  ubutegetsi muri Gaza mu 2007  hariho imyobo myinshi yubatswe  iyomyobo hams ukaba iyikoresha mukunguruza ibikoresho hamwe nogutegura ibitero kuri Israël.

Ico hamas yakoze kuva ija kubutegetsi  haraheze hafi imyaka 20 ntakindi atari ukubaka imyobo yibisobekerane  kuva mugisagara ca Gaza gushika mubisagara vya khan Tunis na rafah


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact