Uwuvunitse ntabura uko acumbagira Umusore atagira amaguru ariko aratwara ikinga ririko amabido y’amazi, ariko atangaza benshi bibaza ukuntu abikora



Uwuvunitse ntabura uko acumbagira! Umusore atagira amaguru ariko utwara ikinga ririhko n’amabido y’amazi, ariko aratangaza abantu benshi bibaza ukuntu abikora.

Umusore adafite amaguru utwara igikinga mu buryo budasanzwe akomeje gutangaza abatari. Bake

Mu mafoto, uyu musore agaragara ari ku kwikinga  rihetse n’amabido atatu.

Uyu musore afasha ababyeyi biwe mu mirimo ya buri munsi nko kuvoma n’indi  
Raba amafoto












Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact