Agakuru keza umugabo wa ariella irakoze yagize icavuga ;ariella arko arakurikiranwa neza

NGO NAHO CANCER YA ARIELLA IGEZE KURI STADE 4 ABAGANGA BARAGERAGEZA KUMWITAHORUBETANTWARI 

Moïse yagize Ati : " Nukuri Turabashimye Cane Abarundi N'abarundi Kazi Muba Iwacu I Burundi Nababa Muri Kenya Ndetse nabene Gihugu bo mwico Gihugu Baguma bitanga mugutanga Amaraso Hamwe Nuburyo kugira ngo Umugore Wiwe Ariella Avurwe ivyo yabivuganye Amarira Menshi kubwurukundo Ariko yerekwa " 

Kukijanye Numurwayi Yagize Ati : " Abaganga Bo Muri Kenya Ntako Batariko Baragira bavura Ariella ngo barokore Amagara Yiwe Ati Ngo Bazabaratanguye Kumutera Yamaraso Ariko Aratangwa.

UWIPFUZA GUFASHA

Ubutumwa mushobora kubushira kuri Lumicash y'uwu muntu adusigaraniye umwana Buzodushikira ata ngorane :

68 909 145 kaneza Nadege Canke code agent ni:

122075 GATEKA  CORNEILLA "

Abari Kenya,  uwifuza guterera ukoresha:

MOISE RUBERITWARI  kuri MPSA. NUM : 0792 697 151

WhatsApp ya Moïse Ruberintwari : +25779132806

 Uru rugo turugumize mu masengesho yacu. Ikiganza c'Uhoraho kibagumeko, Imana ibatabare mu bihe bigoye barimwo 

 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact