ARIELLA_IRAKOZE yaraye yinjijwe ibitaro Kenyatta_Hospital



Amakuru dufise y'aka kanya nuko ubunyene aho tuvugira abarundi atari bake bamaze gushika kubwinshi muntumbero wo kwitanga mugikorwa co gutanga amaraso aza guterwa umurwayi Ariella Irakoze



🇧🇮Abarundi bari muri Kenya 🇰🇪bariko baritaba ako kamo ko gutanga amaraso vyibonekeza cane ko bishimiye ico gikorwa basidukanye niyonka ubona ko benshi baje bava mubice bitandukanye aho bamwe bemeye guheba ubuzi basanzwe bakora ubuzi bwo kwisumamwo abandi bakaba bafise abakoresha ariko basavye impusha baza murico gikorwa


📌Twobamenyesha ko abipfuza kubandanya baterera mutocika intege haba kuburyo bw'amafaranga kuko ibikenewe bikiri vyinshi

Kubasanzwe bari muri Kenya mworungika kuriyo numéro ya M.Pesa :0793300786 kwizina rya Kwizera Darlene Tracy

Kubari m'uburundi nabo borungika kuri :67909145 (Kaneza Nadege)cnke code agent ni 122075 Gateka Corneille 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact