WOSANGA w'iBESHYA KO UTARARYA IMBWA?



Mugihugu c'urwanda Hafashwe abagabo batatu bakekwaho kubaga imbwa no gukwiragiza inyama z'imbwa :

1. Sibomana Jean Pierre 29yrs avuka muri Murehe cell, Kajororo vill

2. Manirafasha Eric 24yrs avuka muri Murehe cell, Bitega vill

3. Maniraguha Pierre Alias Sinderibuye 26yrs muri Ntebe cell, Samuramba vill


Aba bose bafatiwe aho bazibagira ndetse baravyemera ko bazibaga kandi bagakwiragiza inyama zazo mu mirenge ya Nyakaliro na Karenge, muri urwo rugo hari icobo bashiramo ibisigazwa bisaguka kuri izo mbwa. 

Bavuze Ndetse ninyama zumba uburyo wozimenya mugihe uriye inyama .

Ngibi ibizokwemezako arinyama zumba:

1. Zifise ibinure vyinshi

2.inyama zayo ngo zirasosoroka

Ivyo nibimwe muvyo Abo bagabo bivugiye Ndetse ngo Bari bamaze kubikora igihe kitarigito .


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact