Isanganya iteye ubwoba I camion igonze hiace abantu benshi bapfuye abandi bakomeretse



Isanganya iteye ubwoba ihejeje kubera neza na neza Aho kuri chanique iyo hiace  yariko iva ville iha mumaramvya  abantu benshi bakomeretse cane abandi bapfuye birababaje cane .



Nkuko tuvyiganirwa nabamwe mubashovoye gutabara muriryo sanganya bashoboye kubabangukana kwa muganga arko kugeza Ubu bakaba bakiriko bararondera bene abobantu kugira bashoboye kubona ababo.

Raba vidéo

.

Amasanganya mumpera zumwaka arakunda kwibonekeza Aho bimaze igihe vyibonekeza kenshi.

Ngaya amasanganya amaze kuba:

1. Gitega:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/10/gitega-igikamyo-gitwara-igitoro-cagize.html

2.ngozi:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/10/ngozi-umukenyezi-yitavye-imana.html

3.kabezi:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/10/kabezi-isanganya-riteye-ubwoba.html

4.bugendana:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/10/bugendana-umuntu-umwe-yitavye-imana.html

5.bururi:https://newlevelsite.blogspot.com/2023/11/birateye-ubwoba-imodoka-yari-iduganye.html

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact