Ikiziga c'umuntu w'imyaka 18 caratowe muri komine Muhanga mu ntara ya Kayanza

 


Ico kiziga catowe kuri uyu wa 20/11/2023 inyuma y'umutaga ni uwo ku mutumba Mikamba muri komine Matongo intara ya Kayanza

Uyo muntu akaba yariko arakina n'abandi umupira wa maguru mu mvura hambavu y'uruzi Gitazi kuri uyu wa 19/11/2023, niho yakorokera muri urwo ruzi, yamara ikiziga cagiye gutorwa muri komine Muhanga nkuko vyemezwa n'ababanyi b'umuryango wiwe, aho bavuga ko catwaweyo n'uruzi

👮‍♂️Abajejwe intwaro bakaba bahanura abavyeyi kwama hafi y'abana babo kugirango bagerageze gukingira impanuka zoshikira urwaruka rwabo

👀 Mubona hokorwa iki kugira impanuka nk'izo zikingwe ?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact