Kigoma:Inzoka iteye ubwoba yataye uruhagarara mwibarabara ibuza abantu guhita



Nkuko bivugwa nabegereye hafi yigisagara ca kigoma mugihugu kibanyi ca tanzania muntara ya kigoma iyingwara yegereye cane Uburundi .

Iyinzoka iteye ubwoba ipima hafi imetero 5 Aho yabonetse mwibarabara ibuza imiduga n'abantu kurengana Ndetse  iyinzoka yatanagaje benshi Aho bamwe bavugako yari umuntu yara iyutumye mugenziwe inyuma y'ugushwana bapfa parcelle ivyo bikaba bivugwako cane nabantu basanswe bazi uyomuntu bavugako asanzwe atunze bimwe mubikoko vyiterabwoba munyuma iyinzoka yonyene ubwayo yaciye yikura mwibarabara inyuma yuko abantu bambaye benshi bayishengereye abantu babana kurengana.

Musomyi wewe harinzoka ingana uku warumaze kubona?

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact