christopher yakiriwe nkumwami ndetse yahishuye uwamukundishije big fizzo (video)

 


Mu gihe Christopher ategerejwe imbere y’abakunzi biwe mu gihugu c’ u Burundi tariki 30 ejo hazoza,yagiranye ikiganiro na Akeza TV yemeza ko nyina umuvyara ariwe watumye akunda Big Fizzo.

Muri iki kiganiro Christopher yagarutse ku rukundo yakunze umuziki kuva muri 2009 ubwo yinjiraga muri Kina Music afite imyaka 15 y’amavuko.

Christopher yabajijwe kuco avuga kumuziki wo mu myaka yo hambere n’ubu, agaragaza ko adashobora guhangara  Big Furious kuko yakuze amuzi.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact