Abantu 12 bahitanywe n umusozi muri Republika ya Demokarasi ya kongo

 Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, abantu bagera kuri 12 bahitanywe n’ibisigarira vy’umusozi wasenyuwe n’imvura nyinshi

Umusozi wasenyutse ni uwo muri komine yitwa Dibaya Lubwe, iri mu ntara ya Kwilu yo mu bumanuko bushira uburengero bwa Kongo.


Abategetsi b’ico gihugu batanze ano makuru bavuze ko bakirondera abarenga 50 bari mu ruzi rwitwa Kasai igihe uwo musozi wabahenukirako ku mu taga wo ku wa gatandatu.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact