Amerika ishikiriza ko Isirayeli yoba yihoreye kur Iran

 US ivuga ko Israel yarashe igisasu ca misire muri Iran, ivyo Iran ihakana


Abategetsi ba Amerika bavuga ko Israel yarashe igisasu ca misire kuri Irani, ariko yoyo irabihakana, ikavuga ko Israel yagerageje kurekura amadrone ariko ikananirwa.



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact