Imana itabare kino kibondo kirakeneye ubufasha vyukuri

 Imana yo Mw'Ijuru Data wa Twese,Ikize Ikikibondo,🤦😭 Ncuti Fasha Uy'Umwana Arakeneye Ubufasha Bwawe🙏


Tumusengere, Nabo Vyokundira Tumufashe Muburyo Bufadika Arababaye Vrmt😔 Uwogira Ico Yipfuza Kumufasha Mwoterefona kuri


62430305:Nyanziriye Adija ngo Ninayo Lumicash Uwomufasha Yoshirako Mwarahezagiwe🙏 Ushobora Kutagira Uburyo Wofasha Ariko Basi Sangiza Abandi Bagire Ico bakoze




Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact