Imvura yaraye iguye yononye vyinshi

 Mwijoro ryo kuri uyu wa 10/4/2024 imvura yaraguye mu karitiye na komine vy igisagara ca Bujumbura.

Muri komine Mutimbuzi karitiye kajaga uruzi Rusizi rwaruzuye gushika aho yuzura mu mazu.Bikaba bivurwa yuko urwo ruzi rwoba rwoba rwabuze aho rushikira muri Tanganyika ruca rufata inzira rushaka gushika yaho rutera amazu.


No muri karitiye ya Buterere abenegihugu baho bavuga ko baraye ntibuca kubera yuko amazu yose womenga yubatswe hagati mu kiyaga.


Abenegihugu bo muri ayo makaritiye mbere bobo bariko bababazwa nuko umusi mukuru wa Eid ushitse bari muri ivyo bisanga 😭


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact