Inzoka idasanzwee ifise n ubumara budasanzwe

 Iyi n inzoka iboneka mw ishamba mugihugu ca tanzania ahitwa kasuru honyene aho benshi bayigereranye yuko yoba arinzoka itari bwaboneke mugihugu ca Tanzania  kubera ukuntu ingana hamwe n ubumara ifise.

Biteye ubwoba 😭 😭 Mugihugu ca tanzania Ikikiyoka amahero catumye benshi bahunga imihana yabo😭😭 Baja kuba ahandi Mbega inzoka weee 😳ifise ubumara budasanzwe ikaba yashakaba imaze kumira Inka Zitatu nabana 4 ibasanze Aho bari Bari kuboma amazi .Abahinga bobo bavugako yoba ariyo shetani.nawe niko ubibona?? Rabat ivyo ubushakashatsi bubivugako(vidéo)



Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact