Inzoka ikomeje kwica abantu beshi muri congo

 I Goma mugihugu kibanyi ca  congo hibonekeje inzoka iteye ubwoba nkuko ibinyamakuru vyishi vyo murico gihugu bikomeje bibivuga 



Aho kuva ku musi wa kabiri imaze guhitana abantu bashika kuri 15 abandi nabo bamaze kuyikubita amaso bakaba baguye igihumura maze Imana ikabarokora 

Ninabo baje gutanga iyo nkuru ndetse n'abamenyesha makuru babimenye aruko babonye abamaze guhitanwa nayo

Gusa amakuru arariho ivumbi nuko iyo nzoka yamaze kwibonekeza ndetse hakaba hariko harigwa n'uboryo bwo kiyituza

Imana ikomeze imiryango yabihombeyemwo.

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact