Ihegitari zirenga 18 z'imirima nizo zononywe n'amazi y'uruzi #Kaniga rugabura intara za Gitega na Muramvya

 

🌱 Kuri uyu wa 17 Ndamukiza 2024, uruzi Kaniga ntirwabujije abarengana gusa. Ihegitari zirenga 4 z'imirima y'ibijumbu hamwe n'izirenga 14 z'imirima y'umuceri nazo gushika ubu zuzuyemwo amazi

🙆🏾‍♀️ Abarimyi babona ko bazohagirira uruhombo rukomeye kuko myinshi muri iyo mirima igiye kubora

👥 Mu gihe yariko aganira n'urwaruka kuri uyu wa 18 Ndamukiza 2024 i #Gitega, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yahamagariye abenegihugu guca imikobeko


Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact