Bamwicishije imisumari inyuma yukumwiba ibiri munzu yose yaciye apfa

Mugihugu kibanyi ca tanzania neza n'a neza mugisagara ca kigoma umurundi yitwa nahayo Jonas  yagandaguwe nabantu batamenyekanye bamusanze  Aho abaye bahejje kumwiba bataco bamwica urupfu rubi ribabaje mukumucumita imisumari mumutwe


Iyonkuru ukaba iriko iravugwa cane ariko uyo muhungu akaba ataramenyekana 

Turahojeje ababuze uwabo                    Ubuzima bwomumahanga biragoye  arko birababaje gusandabira mugahinga umuryango uziko wagiye kurondera ubuzima 

Mbega wewe uramaze kumva ayomabi Aho wegereye? 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact