Uwahoze ari Patiri Innocent, Économe général wa Diocèse ya Muyinga yaraye yubatswe urwiwe




Uwahoze ari Patiri Innocent, Économe général wa Diocèse ya Muyinga umusaseredoti yari amaze imyaka 12 muri ayo mabanga yaraye yubatse urwiwe inyuma yukwandikira ikete umwungere wa Diocèse ya Muyinga ryo kuva muri ayo mabanga.

kwaliti by GH indirimbo iryoshe cane yirabe yose ngaha

Tubibutseko uyu mwaka nyene yariyahawe nomination yokuja kwiga i bulaya.tumwipfurije urugo ruhire.

Abantu benshi muriyiminsi barafise ivyiyumviro vyinshi nibibazo bitandukanye bamwe bâti mbega abapatiri baremerewe kurongora? Ico nikibazo cibazwa nabenshi , tubibutseko nomugihugu kibanyi c'urwanda umubikira Ndetse numupatiri nahevye kwihebera imana maze bashinga urwabo nkuko twari twabibamenyesheje munkuru ushobora gusanga ngaha: yisome yose ngaha

Basomyi bacu iyi nkuru muyivuzeko iki? Birabereyeko abihebeye imana nabo babishatse bokubaka izabo,kubwawe ubivuzeko iki? 

Enregistrer un commentaire

siga iciyumviro cawe ngaha

Plus récente Plus ancienne

Formulaire de contact